Ukraine ifise uburenganzira bwo gukoresha ibirwanisho vy’Ubwongereza ku butaka bw’Uburusiya – Cameron, Lord Cameron yabinanye na Perezida Volodymyr Zelensky wa Ukraine i Kyiv ku wa kane.

Umugore yarishwe igihe imihana ibiri i Kharkiv yagemwa n’ibisasu mu gitero c’Uburusiya ejo ku wa gatanu Umuvugizi w’igisirikare Liyetena-Koroneli Nazar Voloshyn avuga ko ingabo zateye igihugu zinjiye mu kigwati ca Ocheretyne ariko ko abasirikare ba Ukraine bariko bakora uko basho boye kwose kugira ngo bazirukane. Inyuma n’umubonano yagiriraniye na Perezida Volodymr Zelensky i Kyiv, Lord … Read more