Amakuru & Inkuru


Uwo nzosanga mu biro ni je nzomwikurirayo’ – Prezida Ndayishimiye atanguza ibikorwa vy’isuku.
Ubu bushikiranganji buri mu bwo umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yagendeye mu mpera z’indwi iheze igihe yariko asuzuma ingene ibijanye n’isuku

Karasira Aimable: Amafranga Ya Karasira Agera Kuri Miliyoni 45 Yarafatiriwe
Abanyamakuru bashatse kumenya amakuru yisumbuye kuri aya mabaruwa. Twavuganye na Evode Kayitana umwe mu banyamategeko bahoze bunganira Karasira dukeneye kumenya

Floriane Irangabiye kuva kuri uyu wa gatanu ku mugoroba aridegemvya ku kigongwe c’umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimye.
Floriane Irangabiye kandi yashimiye umukuru w’igihugu kuba yamugiriye ikigongwe.
Ati: “Ndashimiye bimwe vy’imvamutima umukuru w’igihugu c’Uburundi Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye yashize

Abanyamulenge baba mu Bwongereza, i Buraya na Amerika bibutse ababo baguye mu bwicanyi mu Gatumba, bashinga ibuye mu Bwongereza ry’urwibutso rw’ababo biciwe mu Gatumba haraheze imyaka 20.
Abanyamulenge batuye mu Bwongereza, i Burayi no ku mugabane w’Amerika bibutse ababo biciwe mu Nkambi ya Gatumba mu Burundi.

Perezida Evariste Ndayishimiye agishika ku butegetsi, bamwe mu bapfungwa nk’abamenyeshamakuru bararekuwe, ariko nyuma abandi batabwa muri yompi
Icegeranyo c’iryo shirahamwe kivuga ko uko kurekurwa kwahuriranye n’utwigoro two gusubiza hamwe n’amakungu cane cane Ubumwe bwa Buraya (EU) n’ibihugu

Gatoni Rosine Guilene avugira umukuru w’igihugu c’Uburundi, Evariste Ndayishimiye, ariyamiriza ibiri mu cegeranyo c’ishirahamwe riharanira agateka ka zina muntu kw’isi Amnesty International kivuga ko reta ituratuza abaharanira agateka ka zina muntu n’abamenyeshamakuru.
Burundi: Rosine Guilène Gatoni niwe ahejeje kugenwa mu mabanga yo kurongora ibiro vy’umukuru w’igihugu bijejwe gutanga amakuru no kuvugira umukuru

Bamwe mu batavuga rumwe n’ubutegetsi bw’Urwanda bari baje gushigikira Onana. Charles Onana yasabiwe ibihano vy’akarorero
Hamili yavuze ko yanabaye umukuru w’abunganizi (avocats) bose ba TPIR.
Uwo mugabo yemeje ko ibiri mu gitabo ca Onana no

Mu minsi ibiri gusa, haguye imvura isumba iyigwa umwaka wose mu bumanuko bushira ubuseruko bwa Maroc
Iyo mvura idasanzwe iva ku kizwi nk’igihuhusi co hepfo no haruguru y’akarere k’ubushuhe n’imvura (tempête extratropicale)
Amasanamu y’ibigendajuru vya

Kenya: Menya uno mugabo yagenywe kuba icegera c’umukuru w’igihugu inyuma y’ibogozwa rya Gacagua
Uno munyaporitike yaminuje mu bijanye n’amategeko ku rugero rwa PhD/Doctorat kuri kaminuza ya Pretoria muri Afrika y’Epfo, akaba amaze kwandika

Urukiko rw’Ibanze rwa Kicukiro kuri uyu wa Gatatu tariki ya 6 Ugushyingo 2024, rwategetse ko Nyampinga w’u Rwanda wa 2022, Nshuti Divine Muheto afungurwa. Agahita agabanya kujya mu utubari, no kunywa inzoga
Ubushinjacyaha mu Rwanda bwasabiye Nyampinga w’u Rwanda Divine Muheto gufungwa umwaka umwe n’amezi umunani ku byaha byo gutwara imodoka yanyoye

Muri Afrika, abagore benshi baratinya kuvuga ivyerekeye amabanga mpuzabitsina kubera ari ikinyegezwa mu mibano, Guhuza ibitsina : “Hari abagabo bibaza ko nsoba mu gitanda” – Ingeneye , umugore w’iriba, umugore unyara cyane
Gusohora ku mugore rero n’ukurekura amazi mu gihe yegereje canke mu gihe co kurangiza.
Birashoboka ko hariho abatarabimenya. N’abagore